TheGenZtalk Podcast
We talk about our experiences and try to have fun doing so!Parlons-en!Dufise ico tuvuga.
We hope you enjoy our episodes as much as we enjoy making them!!
TheGenZtalk Podcast
Latest Episodes
Ep.20 - Hangout w/ The boys (Kirundi) *Extended Version
Kir/ Ku kiganiro ca mbere ca 2026, turagarutse mu ga hangout! Nk'uko vyama, tuvuga ivyari vyo vyose ariko twisanze turiko tuvuga ivy'imibano n'urukundo.Fr/ Pour notre premier épisode de 2026, nous sommes de retour avec une autre session...
Ep.19 - Getting to know Lil K HPB (Kirundi) *Extended Version
Muri iki kiganiro, twicaranye n’umuririmvyi w’Umurundi Lil K HPB turaganira ku rugendo rwiwe mu muziki, duhereye ku ntango yiwe gushika ku ngorane yahuye nk’umuhanzi aguma akura, hamwe n’ibindi bice bimwe bimwe vy’ubuzima bwiwe abantu benshi ba...
Ep.18 - Inyangezi Special (Kirundi) *Extended version
Karibu mu kiganiro n'Inyangezi, ishirahamwe ry’akaranga ry’Abarundi riri Montréal, rikaba rishaka gukomeza umuco w’Abarundi biciye mu bikorwa vy’akaranga, indirimbo n’imvyino. Turaganira ukuntu iri shirahamwe ryatanguye, impamvu n’ishaka ribash...