ZeKrtvBible
đ§An Audible Bible for All Generations.
Episodes
19 episodes
Abaheburayo 4:15 | Inspiring Wednesday
15.Kukâ umuherezi mukuru dufise, atarâ ĹŤdashobora kubabarana natwe mu ntege nke zacu, ariko nâuwageragejwe uburyo bgose nkatwe, yamara we nta caha yakoze. '@ZeKrtvBible
â˘
2:14
Abâi Filipi 2:5-7 | Inspiring Wednesday
5.Mugire wa mutima muri mwebge wari muri Kristo Yesu. 6.Uwo, naho yarâ asanganywe ishusho yâImana, ntiyiyumviriye yuko kuringanira nâImana arâ ikintu co kwumirako: 7.ariko yÄŤsiga ubusa, yÄbÄŤra ishusho yâumugurano, acika ĹŤsa...
â˘
2:23
Yohana 10:10 | Inspiring Wednesday
Igisuma ntikizanwa nâikindi, atarâ ukwiba, nâukwica, nâugutikiza; nanje jeho nazanywe no kugira ngo zironke ubugingo, kandi ngo ziburonke busÄgutse. @ZeKrtvBible
â˘
1:51
1 Petero 2:5-10 | Inspiring Wednesday
5. mwubakwe nkâamabuye afise ubugingo, kugira ngo mube inzu yo mu buryo bgâimpwemu, mugire ibango ryâubuherezi ryera, ngo mutange ibimazi mu buryo bgâimpwemu, bishimwa nâImana kubga Yesu Kristo. 6. Kuko mu vyanditswe harimwâ aya majambo,ngo RÄb...
â˘
2:19
Zaburi 23:4 | Inspiring Wednesday
Mbere naho noca mu mwonga wâigitĹŤtu câurupfu, Sinzogira ikibi ntinya; kukâ uri kumwe nanje:@ZeKrtvBible
â˘
2:03
Abaheburayo 11:6 | Inspiring Wednesday | Verse of the year 2026
kandâ ĹŤtizera ntibishoboka kw ayihimbara; kukâ uwÄgÄra Imana akwiye kwizera yukw iriho, igaha impÄra abayirondera. @ZeKrtvBible
â˘
2:04
Zaburi 150 | Inspiring Wednesday
1. Haleluya!Mushimire Imana ahÄra hayo,Muyishimire no mw itÄzÄnure ryâubushobozi bgayo!2. Muyishimire ivyâ inkomezi yakoze,Muyishime nkâuko bibereye ubukuru bgayo buhambaye!3.&...
â˘
2:18
Abaroma 15:13 | Inspiring Wednesday
Imana itanga ivyizigiro ibuzuze umunezero wose nâamahoro biva ku kwizera, kugira ngo murushirize kwizigira ibizoba, mubihawe nâubushobozi bga Mpwemu Yera. @ZeKrtvBible
â˘
2:04
1 Yohana 4:9-10 | Inspiring Wednesday
9.Iki ni co caseruye urukundo rwâImana muri twebge, nâukw Imana yarungitse Umwana wayo wâikinege mw isi, kugira ngo duheshwe ubugingo na we. 10. Iki ni co kirimwâ urukundo, sâuko twebge twakunze Imana, ariko nâukw ari yo yadukunze...
â˘
2:02
GuharĹŤra 23:19 | Inspiring Wednesday
Eregâ Imana sâumuntu ngw ibeshe, Kandi sâumwana wâumuntu ngo yisubiremwo! Ivyo yavuze, mbega ntizobikora? Ivyo yashinze ntizobishitsa?@ZeKrtvBible
â˘
2:11
Zaburi 23:1 | Inspiring Wednesday
Uhoraho ni we mwungere wanje, sinzokena. @ZeKrtvBible
â˘
Episode 2
â˘
1:31
Matayo 25:14-30 | Inspiring Wednesday
Umugani wâababikijwe italanto14. Bizoba nkâivyâ umuntu agira agende mu mahanga, ahamagara abantu biwe, abasigarana ivyo atunze. 15. Umwe amuha italanto zitanu, uwundi zibiri, uwundi imwe, ukâ umuntu wese ashobo...
â˘
Episode 1
â˘
2:18
ICO URI Hamwe NâICO WAREMEWE | Umusi w'7: KAZOZA KAWE KARI MU BIGANZA VYIZA!
Dusome : 'Kuko nzi ivyiyumviro mbiyumvirako, ni jewe Uhoraho mbivuze, kw arâ ivyiyumviro vyâamahoro, atarâ ivyâ ivyago, kugira ngo mbahe ivyizigiro vyo mw iherezo ryanyu. ' Yeremiya 29:11Hari aho uca mu bihe bigoye <...
â˘
1:22
ICO URI Hamwe NâICO WAREMEWE | Umusi wa 6: URI UMUCO KANDI REKA KUBINYEGEZA!
Dusome: 'Uko ni ko mukwiye kureka umuco wanyu ukakira imbere yâabantu kugira ngo babone ibikorwa vyanyu vyiza, hanyuma bahimbaze So wo mwâijuru. ' Matayo 5:16Ntiwaremewe kunyegera! Uri mu muryango urimwo, aho use...
â˘
1:19
ICO URI Hamwe NâICO WAREMEWE | Umusi wa 5: INGENE KAZOZA KAWE ARI KEZA!
Dusomere hamwe: 2 Abâi Korinto 5:17 'Nuko rerâ umuntu wese iyâ ari muri Kristo, aba arâ icaremwe gisha: ivya kera biba bihise, vyose biba bicitse bisha.'Twese turisanga dufise ibihe canke ama kosa twipfuza gufuta...
â˘
1:30
ICO URI Hamwe NâICO WAREMEWE | Umusi wa 4: UMUSUMA YITWA COMPARAISON
Dusomere hamwe:'Umwe wese yari akwiye kwisuzuma mu bikorwa vyiwe, kugira ngo asanze yakoze neza bimushimishe, ariko ntabanze kwigereranya nâabandi.' AbâI Galatiya 6:4 Ndakuravye mu maso: Uriko urigereranya n...
â˘
1:19
ICO URI Hamwe NâICO WAREMEWE | Umusi wa 3: INKOMEZI ZAWE...
Dusomere hamwe: 1 Petero 4:10 'Umwe wese akoresha ingabire yose yahawe nâImana ku nyungu zâabandi. Muzikoreshe nkâabizigirwa bâImana bagabura ubuntu bwâImana bwâuburyo bwinshi. 'Nkâubu: Ushobora gusanga uzi gutwe...
â˘
1:32
ICO URI Hamwe NâICO WAREMEWE | Umusi wa 2: KUBERA IKI YAKUREMYE UKO?
Dusomere hamwe: Efeso 2:10 'Kuko turi ibiremwa vyâImana, yaturemye gusha muri Kristo Yesu kugira ngo dukore ibikorwa vyiza, ivyo yari yaraduteguriye gukora kuva kera.ââIbaze kuri : Terefone, Imashine, Ecouteur ca...
â˘
1:39