ZeKrtvBible
đ§An Audible Bible for All Generations.
Episodes
36 episodes
Yohana(John) 3:17-18 | InspiringWednesday
17.For God did not send his Son into the world to condemn the world, but to save the world through him. 18.Whoever believes in him is not condemned, but whoever does not believe stands condemned already because they have not believe...
Abâi Galatiya 5:16 | Inspiring Wednesday
Ndavuga nti Mugendeshwe na Mpwemu, ni ho mutazoshitsa ivyâ akameremere kanyu kifuza.
Yesaya(ĂsaĂŻe) 52:1-2 | Inspiring Wednesday
RÊveille-toi! RÊveille-toi! Enfile ta force en guise de vêtement, Sion! Mets tes habits de fête, JÊrusalem, ville sainte! En effet, l'incirconcis et l'homme impur n'entreront plus chez toi. Secoue ta poussière, lève-toi et reprends ta place, JÊ...
Yesaya 43:18-19 | Inspiring Wednesday
ati Mwoye kwibuka ivya mbere, kandi ntimwiyumvire ku vya kera.Ehe ngira nkore ikintu gisha: ko kigira giseruke ubu, mbega ntimuzokimenya? Nzoca inzira no mu bugaragwa, ntembeshe inzĹŤzi ahagadutse.
Abâi Galatiya 2:16 | Inspiring Wednesday
Ariko tuzi yukâ umuntu adatsindanishirizwa nâibikorwa bishinzwe nâivyagezwe, arikw atsindanishirizwa no kwizera Yesu Kristo. Natwe twizeye Kristo Yesu, ngo kwizera Kristo kube ari kwo kudutsindanishiriza, atarâ ibikorwa bishinzwe nâivyagezwe; k...
Yesaya 53:5 | Inspiring Wednesday
Yamara yacumitiwe ivyacu bicumuro, yajanjaguriwe ivyacu bigabitanyo: igihano kituronkesha amahoro cabaye kuri we, kandâ imishishagu yiwe ni yo idukiza.
Ivyakozwe n'intumwa(Actes) 9:15;16;22 | InspiringWednesday
15. Mais le Seigneur lui dit: Va, car cet homme est un instrument que jâai choisi, pour porter mon nom devant les nations, devant les rois, et devant les fils dâIsraĂŤl; 16. et je lui montrerai tout ce quâil doit souffrir pour mon no...
IMPAMVU 5 ZATUMYE AZA GUPFA - UMUSI WA 4
YAJE KWEREKANA URUKUNDO RW'IMANA KUBANYAVYAHA.www.wewenawewe.com
IMPAMVU 5 ZATUMYE AZA GUPFA - UMUSI WA 5
YAJE KUDUHUZAKANDI N'IMANA.www.wewenawewe.com
IMPAMVU 5 ZATUMYE AZA GUPFA - UMUSI WA 3
YAJE GUKURAHO URUBANZA RWADUTSINDA RW'ICAHA.www.wewenawewe.com
IMPAMVU 5 ZATUMYE AZA GUPFA - UMUSI WA 2
YAJE KUGIRA ATUBERE INZIRA ISHIKA KU MANA.www.wewenawewe.com
IMPAMVU 5 ZATUMYE AZA GUPFA - UMUSI WA 1
YAJE KUGIRA AHE UBUGINGO BUDASHIRAABAMWIZERA.www.wewenawewe.com
2 Korinto 4:17-18 | InspiringWednesday
17. Kuko imibabaro yacu naho ari mito kandi yâakanya gato, ituzanira ubwiza bwâakaburarugero kandi buzokwamaho. 18. None rero ntiduhanga amaso ku biboneka vyâabâiki gihe, ariko tuyahanga ku bitaboneka, kuko ibiboneka ari ivyâakanya ...
1 Ab'i Tesalonike 5:18 | Inspiring Wednesday
'mwame mukenguruka muri vyose, kukw ico ari co Imana ibagombako muri Kristo Yesu. ' 1 Abâi Tesalonike 5:18 RUN1967
Ab'i Filipi 4:6-7 | InspiringWednesday
6. Ntimugire ico mwiganyira, ariko muri vyose ivyo mugomba bimenyeshwe Imana, mu gusenga no mu kwinginga bifatanije no gukenguruka.7. Mazâ amahoro yâImana aruta uko yomenywa nâumuntu wese, azoshibamira imitima yanyu nâivyiyumviro vyanyu ...
Zaburi 121 | InspiringWednesday
1. Ndunamurira amaso yanje ku misozi:Ugutabarwa kwanje kuzova hehe?2. Ugutabarwa kwanje kuva kâ Uhoraho Yaremye ijuru nâisi.3. Ntazokundira ibirenge vyawe ko bitirimuka, ĹŞkuzigama ntazohunyiza.4. Mbere, ĹŤzigama Abisirayeli ...
Abaheburayo 4:15 | Inspiring Wednesday
15.Kukâ umuherezi mukuru dufise, atarâ ĹŤdashobora kubabarana natwe mu ntege nke zacu, ariko nâuwageragejwe uburyo bgose nkatwe, yamara we nta caha yakoze. '@ZeKrtvBible
Abâi Filipi 2:5-7 | Inspiring Wednesday
5.Mugire wa mutima muri mwebge wari muri Kristo Yesu. 6.Uwo, naho yarâ asanganywe ishusho yâImana, ntiyiyumviriye yuko kuringanira nâImana arâ ikintu co kwumirako: 7.ariko yÄŤsiga ubusa, yÄbÄŤra ishusho yâumugurano, acika ĹŤsa...
Yohana 10:10 | Inspiring Wednesday
Igisuma ntikizanwa nâikindi, atarâ ukwiba, nâukwica, nâugutikiza; nanje jeho nazanywe no kugira ngo zironke ubugingo, kandi ngo ziburonke busÄgutse. @ZeKrtvBible
1 Petero 2:5-10 | Inspiring Wednesday
5. mwubakwe nkâamabuye afise ubugingo, kugira ngo mube inzu yo mu buryo bgâimpwemu, mugire ibango ryâubuherezi ryera, ngo mutange ibimazi mu buryo bgâimpwemu, bishimwa nâImana kubga Yesu Kristo. 6. Kuko mu vyanditswe harimwâ aya majambo,ngo RÄb...
Zaburi 23:4 | Inspiring Wednesday
Mbere naho noca mu mwonga wâigitĹŤtu câurupfu, Sinzogira ikibi ntinya; kukâ uri kumwe nanje:@ZeKrtvBible
Abaheburayo 11:6 | Inspiring Wednesday | Verse of the year 2026
kandâ ĹŤtizera ntibishoboka kw ayihimbara; kukâ uwÄgÄra Imana akwiye kwizera yukw iriho, igaha impÄra abayirondera. @ZeKrtvBible